Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 8:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

13 Ku musi ugira kabiri abakuru b’amyazu ya ba sekuruza bo mu bantu bose, n’abaherezi n’Abalewi, bakoranira kuri Ezira umunyabgenge w’ivyanditswe, kugira ngo bashire ayo majambo y’ivyagezwe ku mitima.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 8:13
13 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ ikoraniro ryose baja inama yo kwongera kumara iyindi misi mikuru ndwi; nuko bayimara banezerewe.


Nukw abantu bose baraheza baja kurya no kunywa no kugemuranira no kunezeranwa akanyamuneza kenshi, kuko bari batahuye amajambo basobanuriwe.


Baraheza basanga ko mur’ ivyo vyagezwe Uhoraho yahaye Mose handitswe ko mu kwezi kw’indwi Abisirayeli bazokwama bagira imisi mikuru yo kurāra mu nsāgo,


Ūkunda gutozwa indero nziza aba akunda ubgenge, Arik’ uwanka guhanwa aba ar’ ikiyingiyingi.


Baravugana, bati Mbeg’ imitima yacu ko yarikw iragurugumba, aho yarikw aravugana natwe mu nzira, aduhishurira ivyanditswe!


Bariko barasohoka, barabinginga ngw ayo majambo az’ avugwe no kw isabato izoza.


Bakivugana n’abantu, abaherezi bazanana aho bari n’umukuru w’abashibamyi b’urusengero, n’Abasadukayo,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ