Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 7:73 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

73 Nukw abaherezi n’Abalewi n’ abashibamyi n’abaririmvyi n’abantu bamwe, n’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero, n’abandi Bisirayeli bose, bībēra mu bisagara vyabo; mber’ ukwezi kw’indwi kwabonetse Abisirayeli bamaze kwībēra mu bisagara vyabo.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 7:73
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko baragenda bahamagara abashibamyi b’irembo ry’igisagara, barababarira, bati Twagiye mu nsago z’ Abasiriya, dusanga hatarangwa umuntu n’umwe, ata n’agakakaza, atar’ amafarasi n’indogoba biziritse, kand’ amahema ar’ uko yakabaye.


Abābanje kugaruka bagasubira mu matongo yabo yo mu bisagara vyabo n’abanyagihugu bo mu Bisirayeli, bo n’abaherezi n’Abalewi n’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero.


Nukw abaherezi n’ Abalewi n’abantu bamwe baba i Yerusalemu no hafi yaho; abaririmvyi n’abashibamyi n’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero bibera mu bisagara vyabo, n’abandi Bisirayeli bose mu bisagara vyabo.


Maz’ ukwezi kugira indwi kubonetse, kand’ Abisirayeli bamaze kwibera mu bisagara vyabo, abantu bakoranira i Yerusalemu icarimwe.


Aba ni bo bāgaba intāra bāba i Yerusalemu; ariko mu bisagara vy’i Buyuda umuntu wese yaba kw itongo ryiwe mu gisagara c’i wabo, Abisirayeli bose n’abaherezi, n’Abalewi n’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero, bo n’ abākomotse ku basavyi ba Salomo.


Ivyo abandi bantu batanze bishika kuri dariki z’izahabu ibihumbi mirongwibiri nyene, n’ibihumbi bibiri vya mina z’ifeza, bo n’imyambaro y’abaherezi mirongwitandatu n’ indwi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ