Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 7:72 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

72 Ivyo abandi bantu batanze bishika kuri dariki z’izahabu ibihumbi mirongwibiri nyene, n’ibihumbi bibiri vya mina z’ifeza, bo n’imyambaro y’abaherezi mirongwitandatu n’ indwi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 7:72
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Hilukiya umuherezi na Ahikamu na Akibori na Shafani na Asaya baragenda, baja k’ūvugishwa n’Imana Hulida muka Shalumu, Shalumu mwene Tikuva umwuzukuru wa Haluhasi, yajejwe ububīko bg’imyambaro, baramusiguza. Kand’ uwo mugore yaba i Yerusalemu mu gice caho ca kabiri.


Maz’ ukwezi kugira indwi kubonetse, kand’ Abisirayeli bamaze kwibera mu bisagara vyabo, abantu bakoranira i Yerusalemu icarimwe.


Kandi n’abandi bantu bose, abaherezi n’Abalewi n’abashibamyi n’abaririmvyi n’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero, n’abandi bose bamaze kwitandukanya n’amahanga yo mu bihugu, kugira ngo bitondere ivyagezwe vy’Imana, hamwe n’abagore babo n’abahungu babo n’abakobga babo, umuntu wese aciye ubgenge ashobora kubitahura;


Bamwe mu bakuru b’amazu ya ba sekuruza bashira mu bubiko burimw’ ibikoreshwa, dariki z’izahabu ibihumbi mirongwibiri, n’ifeza irivye ingero yitwa mina ibihumbi bibiri n’amajana abiri.


Nukw abaherezi n’Abalewi n’ abashibamyi n’abaririmvyi n’abantu bamwe, n’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero, n’abandi Bisirayeli bose, bībēra mu bisagara vyabo; mber’ ukwezi kw’indwi kwabonetse Abisirayeli bamaze kwībēra mu bisagara vyabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ