Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 7:61 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

61 Kand’ aba ni bo bādūze bava i Telimela n’i Teliharisha n’i Kerubu n’i Adoni n’i Imeri, ariko vyarabananira kwerekana amazu ya ba sekuruza bandurutseko cank’ abo bākomōtseko yukw ar’ Abisirayeli vy’ukuri.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 7:61
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kand’ aba ni bo bādūze bava i Telimela n’i Teliharisha n’i Kerubu n’i Adani n’i Imeri, ariko vyarabananira kwerekana amazu ya ba sekuruza bandurutseko cank’ abo bakomotseko yukw ar’ Abisirayeli vy’ukuri.


Abahawe iryo bango bose, bo n’abuzukuruza b’abasavyi ba Salomo, bose na bose bār’ amajana atatu na mirongwicenda na babiri.


Abo mu ba Delaya no mu ba Tobiya no mu ba Nekoda n’amajana atandatu na mirongwine na babiri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ