36 Ab’i Yeriko n’amajana atatu na mirongwine na batanu.
Ab’i Yeriko n’amajana atatu na mirongwine na batanu.
Maz’ ab’ i Yeriko bahēra aho Eliyashibu yagarukiye, barubaka; bakurikirwa na Zakuri mwene Imuri.
Ab’i Harimu n’ amajana atatu na mirongwibiri.
Ab’i Lodi n’i Hadidi n’i Ono n’amajana ndwi na mirongwibiri n’umwe.