Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 7:32 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

32 Abagabo b’i Beteli n’i Hayi n’ijana na mirongwibiri na batatu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 7:32
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abagabo b’i Beteli n’i Hayi n’ amajana abiri na mirongwibiri na batatu.


Ababenyamini bāba i Geba n’i Mikimashi n’i Aya, n’i Beteli no mu bisagara bihakūkira,


Abagabo b’i Mikimasi n’ijana na mirongwibiri na babiri.


Abagabo b’i Nebo handi ni mirongwitanu na babiri.


Ntihasigara umugabo n’umwe i Hayi cank’ i Beteli, ataje kwirukana Abisirayeli; basiga igisagara cuguruwe, babakōndōrera inyuma.


Nuko Yosuwa arabarungika; baja aho baja kubunda, baguma hagati ya Beteli na Hayi, ahahera i burengerazuba bga Hayi; ariko Yosuwa we, iryo joro arāra mu ngabo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ