Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 7:3 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

3 ndababgira, nt’ Amarembo y’i Yerusalemu ntaze yugururwe hataraba ku gasase, kandi ngo bayugarire, inzugi bazishirekw ibihindizo, izuba ritararenga; nti Maze mushireh’ abashibamyi bo mu baba i Yerusalemu, umuntu wese mu gishingo ciwe, aharābana n’inzu yiwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 7:3
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Isabato itaratangura, hagitangura kutabona neza mu marembo y’i Yerusalemu, mvuga ko bugarira amarembo, ntibaze bayugurure isabato idashize. Ndaheza nshira bamwe bo mu bantu banje kurinda amarembo ngo ntihagire umutwaro n’umwe bayacishamwo ku musi w’isabato.


Na bo bakurikirwa na Benyamini na Hashubu, basana aharābana n’ inzu yabo; bakurikirwa na Azariya mwene Mayaseya, Mayaseya wa Ananiya, asana ahabangikanye n’inzu yiwe.


Ndaheza nzeza igisagara c’i Yerusalemu mwene wacu Hanani, bo na Hananiya umukuru w’iboma y’abashibamyi, kukw ar’ umuntu yizigirwa, yubaha Imana kurusha benshi;


Kand’ ico gisagara cari kinini kikagera kure, arikw abantu bakibamwo bari bakiri bake, kand’ amazu ntiyaribgubakwe.


Uhoraho iy’ atari we yubaka inzu Abayubaka baba baruhira ubusa. Uhoraho iy’ atari we azigama igisagara Umuteramyi abera maso ubusa.


Kuko yakomeje imyugariro y’ ibirimba vyawe; Yahezagiye abana bawe baba muri wewe.


Rāba mbatumye muri nk’intama mu mabingira hagati. Nuko mugire ubgenge nk’inzoka, mumere nk’inuma ata karohe.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ