29 Abagabo b’i Kiriyati‐yeyarimu n’i Kefira n’i Beroti n’amajana ndwi na mirongwine na batatu.
Ab’i Kiriyatarimu n’i Kefira n’i Beroti n’amajana ndwi na mirongwine na batatu.
Abagabo b’i Beti‐azimaveti ni mirongwine na babiri.
Abagabo b’i Rama n’i Geba n’amajana atandatu na mirongwibiri n’umwe.
hāri na Gibeyoni na Rama na Beroti,
Nukw Abisirayeli barahaguruka, bashika ku bisagara vyabo ku musi ugira gatatu. Ivyo bisagara vyari Gibeyoni na Kefira na Beroti na Kireyati‐yeyarimu.
baradūga, basagaza kuri Kiriyati‐yeyarimu i Buyuda. Ni co catumye aho hantu bahīta Mahane‐dani na bugingo n’ubu; hār’ ahahera i burengerazuba bg’i Kiriyati‐yeyarimu.