28 Abagabo b’i Beti‐azimaveti ni mirongwine na babiri.
Ab’i Azimaveti ni mirongwine na babiri.
n’i Beti‐gilugali no mu misozi y’i Geba n’i Azimaveti, kukw abaririmvyi bari biyubakiye imigerero impande zose z’i Yerusalemu.
Abagabo b’i Anatoti n’ijana na mirongwibiri n’umunani.
Abagabo b’i Kiriyati‐yeyarimu n’i Kefira n’i Beroti n’amajana ndwi na mirongwine na batatu.