26 Abagabo b’i Betelehemu n’i Netofa n’ijana na mirongumunani n’umunani.
na Salumoni w’i Ahohi, na Maharayi w’i Netofati;
na Helebu mwene Bayana w’i Netofati nyene, na Itayi mwene Ribayi w’i Gibeya h’Ababenyamini;
Nukw abaririmvyi barakorana bava mu biyaya bikikije i Yerusalemu no mu mihana y’ Abanetofati,
Ab’i Gibeyoni ni mirongwicenda na batanu.
Abagabo b’i Anatoti n’ijana na mirongwibiri n’umunani.
baza kuri Gedaliya i Mizipa. Ni bo aba: Ishimayeli mwene Netaniya, na Yohanani na Yonatani bene Kareya, na Seraya mwene Tanehumeti, na bene Efayi w’i Netofati, na Yezaniya umwana w’Umunyamayakati, bo n’ingabo zabo.