25 Ab’i Gibeyoni ni mirongwicenda na batanu.
Ab’i Gibari ni mirongwicenda na batanu.
Abo mu ba Harifu n’ijana n’icumi na babiri.
Abagabo b’i Betelehemu n’i Netofa n’ijana na mirongumunani n’umunani.