24 Abo mu ba Harifu n’ijana n’icumi na babiri.
Abo mu ba Yora n’ijana n’icumi na babiri.
Abo mu ba Besayi n’amajana atatu na mirongwibiri na bane.
Ab’i Gibeyoni ni mirongwicenda na batanu.