23 Abo mu ba Besayi n’amajana atatu na mirongwibiri na bane.
Abo mu ba Besayi n’amajana atatu na mirongwibiri na batatu.
Abo mu ba Hashumu n’amajana atatu na mirongwibiri n’ umunani.
Abo mu ba Harifu n’ijana n’icumi na babiri.