21 Abo mu ba Ateri, bo mu muryango wa Hezekiya, ni mirongwicenda n’umunani.
Abo mu ba Ateri, bo mu muryango wa Hezekiya, ni mirongwicenda n’ umunani.
Abo mu ba Adini n’amajana atandatu na mirongwitanu na batanu.
Abo mu ba Hashumu n’amajana atatu na mirongwibiri n’ umunani.