20 Abo mu ba Adini n’amajana atandatu na mirongwitanu na batanu.
Abo mu ba Adini n’amajana ane na mirongwitanu na bane.
Mu ba Adini ni Ebedi mwene Yonatani; uwo yandikanywe n’abagabo mirongwitanu.
Abo mu ba Bigivayi n’ibihumbi bibiri na mirongwitandatu n’indwi.
Abo mu ba Ateri, bo mu muryango wa Hezekiya, ni mirongwicenda n’umunani.