17 Abo mu ba Azigadi n’ibihumbi bibiri n’ amajana atatu na mirongwibiri na babiri.
Abo mu ba Azigadi n’igihumbi n’amajana abiri na mirongwibiri na babiri.
Abo mu ba Bebayi n’amajana atandatu na mirongwibiri n’umunani.
Abo mu ba Adonikamu n’amajana atandatu na mirongwitandatu n’indwi.