16 Abo mu ba Bebayi n’amajana atandatu na mirongwibiri n’umunani.
Abo mu ba Bebayi n’amajana atandatu na mirongwibiri na batatu.
Abo mu ba Binuwi n’ amajana atandatu na mirongwine n’umunani.
Abo mu ba Azigadi n’ibihumbi bibiri n’ amajana atatu na mirongwibiri na babiri.