Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 6:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Bitayeko ngo Washizeho ba kamenyi bo kukwāmāmaza i Yerusalemu, ngo Mu Bayuda har’ umwami. Izo nkuru ntibobura kuzibgira umwami: none rero n’ uze tubivugane.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 6:7
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ariko none, mwami wanje nyen’ ingoma, Adoniya ni we yimye, kandi ntiwabimenye.


Uyu musi ko yamanutse, akabāga inka n’amashūri y’ibitegetera n’intama vy’isinzi, agatumira abana bawe bose mugenzi, n’abagabisha b’ ingabo, na Abiyatari umuherezi; none bakaba bariko bararya, banywa, bar’ imbere yiwe, bavuga ng’ Umwami Adoniya n’ahangame!


maze Sadoki umuherezi n’ ūvugishwa n’Imana Natani baheze bamwimikishirizey’ amavuta, abe umwami w’Abisirayeli; maze muce muvuza inzamba, mut’ Umwami Salomo n’ahangame!


Nukw aja inama na Yowabu umwana wa Seruwiya, na Abiyatari umuherezi, baramukurikira ngo bamushigikire.


canditswemwo ngo Mu mahanga humvikana impuha, kandi na Geshemu aravyemeza, yuko wewe n’Abayuda muri n’imigabo yo kugarariza, kandi kw ari yo nyanduruko yatumye mwubaka uruzitiro, kandi nawe ng’ ugomba kwiyimika.


Ndaheza ntuma kumwishura, ut’ Ivyo uvuga nta ho vyigeze bibaho, ut’ Ariko ni wewe wavyigeneye gusa.


Nuko rero mwebge n’abanyekombe, ni mubgire umukuru w’abagabisha b’abasoda amubamanukanire, nk’abarondera kurushiriza gutahura ivyiwe neza. Natwe, atarabashikīra, twiteguye kumwica.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ