3 Maze mbatumakw intumwa, mut’ Arikw arakora igikorwa gihambaye, ntashobora kuza; muti Ntiyota igikorwa ngo gihagarare, ngw amanuke abasange iyo.
Ni co catumye nshira abantu inyuma y’uruzitiro, mbashira mu myonga n’ahītārūye, ukw imiryango yabo iri, bitwaje inkota n’amacumu n’imiheto.
Nuko Sanibalati na Geshemu baca bantumako ngo ngende duhūrire mu mihana yo mu kiyaya c’i Ono. Arikw ico bāgomba kwar’ ukungirira nabi.
Bantumako bartyo ibihetangabo bine, nanje ngenda mbishura kwa kundi nyene.
Imburabgenge yemera ijambo ryose, Arik’ umunyamakenga agenda agavye.
Ikintu cose ukuboko kwawe kwerekeje gukora ugikorane inkomezi zawe; kukw ata gikorwa cank’ inama cank’ ukumenya cank’ ubgenge i kuzimu ah’ urāriye kuja.
Rāba mbatumye muri nk’intama mu mabingira hagati. Nuko mugire ubgenge nk’inzoka, mumere nk’inuma ata karohe.
bat’ Uyu yatanguye kwubaka, ntashobora kwuzuza.
Twebge dukwiye gukora ibikorwa vy’uwantumye hakibona; buhava bgira, ata wugishobora gukora.