Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 6:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Kandi benshi bo mu Bayuda bari bafitaniye amasezerano na we, kuko yar’ umukwe wa Shekaniya mwene Ara, kand’ umuhungu wiwe Yohanani yar’ afise umukobga wa Meshulamu mwene Berekiya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 6:18
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mwene Hananiya ni Pelatiya, uwa Pelatiya ni Yeshaya, uwa Yeshaya ni Refaya, uwa Refaya ni Arunani, uwa Arunani ni Obadiya, uwa Obadiya ni Shekaniya;


Abo mu ba Ara n’amajana ndwi na mirongwirindwi na batanu.


Akurikirwa na Hananiya mwene Shelemiya, na Hanuni umuhungu agira gatandatu wo muri bene Salafu, basana ikindi gihimba; hakurikira Meshulamu mwene Berekiya, asana ahahereranye n’icumba ciwe.


Bakurikirwa na Meremoti mwene Uriya, Uriya wa Hakosi, mu kuhasana; na we akurikirwa na Meshulamu mwene Berekiya, Berekiya wa Meshezabeli; na we akurikirwa na Sadoki mwene Bayana.


Kandi mur’ iyo misi abakuru b’i Buyuda na Tobiya bandikiranira ivyete vyinshi.


Kandi bama bambgira ivyiza kuri we, bakongera bakamubgira amajambo yanje; Tobiya na we akandungikira ivyete vyo kuntera ubgoba.


Abo mu ba Ara n’amajana atandatu na mirongwitanu na babiri.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ