Nehemiya 6:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Maz’ abansi bacu bose bavyumvise, bo n’abanyamahanga bose bo ku mpande zacu zose, bagira ubgoba, baratētērwa, kuko bamenye kw ar’ Imana yacu yadushoboje kurangiza igikorwa kingana girtyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Maz’ abami bose b’Abamori bāba hakuno ya Yorodani mu ruhande rw’i burengerazuba, n’ abami bose b’Abanyakanani bāba ku kiyaga, bumvise ingen’ Uhoraho yakamirije amazi ya Yorodani imbere y’Abisirayeli kugeza bahejeje kujabuka, imitima yabo ibavamwo, ntihāba hakigira ūfise umutima mu nda kubg’ Abisirayeli.