Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 6:10 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Bukeye ninjira mu nzu ya Shemaya mwene Delaya, Delaya wa Mehetabeli, kand’ uyo yari yiyugaranye; arambarira, at’ Ingo tuje kubonanira mu ngoro y’ Imana, mu rusengero hagati, twugare inzugi, kuko haza kuza abantu bo kukwica: mbere mur’ iri joro nta kabuza barakwica.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 6:10
21 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Bayali‐hanani mwene Akibori atanze, Hadari asubira ku ngoma yiwe; umurwa wiwe witwa Pawu; umwamikazi wiwe yitwa Mehetabeli, umukobga wa Matiredi, Matiredi umukobga wa Mezahabu.


Mu mbavu z’iyo ngoro ahōmeka utwumba tugerekeranye, dukikuje iyo ngoro yose uhereye Ahēra n’Ahēra Cane; uko ni ko yubatse utwumba tuyikikuje.


Maz’ amarana na we imyaka itandatu, anyegejwe mu ngoro y’Uhoraho; Ataliya na we aba ari we aganza igihugu.


Ngo Kand’ ab’ inzu ya Ahabu bose bazogesera; kandi ngw Azoherengeteza izinamuhungu wese wo kuri we, aho bava bakagera mu Bisirayeli.


Nuko Ahazi akoranya ibintu vyose vy’imbombovu vyo mu ngoro y’Imana, arabijanjagura, yugara inzugi z’iyo ngoro y’Uhoraho; yiyubakira ibicaniro ahantu hose h’i Yerusalemu.


Mu mwaka wa mbere agiye ku ngoma, mu kwezi kwa mbere, yugurura inzugi z’ingoro y’Uhoraho, arazisana.


Ikindi, bugaye inzugi zo ku rubaraza, amatara barayazimya, kandi ntibosereza imibavu Imana y’Abisirayeli, canke ngo bosereze ibimazi Ahantu hēra;


Mu ba Harimu, ni Eliyezeri na Ishiya na Malikiya na Shemaya na Simeyoni,


Maze ntuma kuri Eliyezeri na Ariyeli na Shemaya na Elinatani na Yaribu na Elinatani wundi na Natani na Zekariya na Meshulamu, ari bo bantu b’abashingantahe, bo na Yoyaribu na Elinatani b’abigisha.


Maze mvyitegereje mmenya kw atar’ Imana yabimutumye, ariko yaje kubimbgira kuko Tobiya na Sanibalati bāri bāmuhēreye.


Bose barabeshana, umuntu wese na mugenzi we: Bavugisha iminwa ihemana n’imitima ibiri.


Umunyakibi aja inama yo kugirira umugororotsi nabi, Kand’ amuryaniriza imisaya.


Umuntu atubaha Imana yicisha mugenzi we akanwa kiwe, Arikw abagororotsi barokorwa kubgo kumenya ubgenge.


Nuko Yeremiya abarira Baruki, ati Jewe ndabujijwe kuja mu ngoro y’ Uhoraho:


Nuko Mpwemu anyinjiramwo, ampagarika n’ibirenge vyanje; avugana nanje, arambarira, ati Genda wiyugaranire mu nzu yawe.


Icompa hakagira n’umwe muri mwebge yugara inzugi, ngo mureke gucanira ubusa ku gicaniro canje! Simbanezererwa na gatoya, ni k’Uhoraho Nyen’ ingabo agize, kandi sinzokwemera ishikanwa munshikaniye.


Mwirinde abīgira abavugishwa n’Imana; baza kuri mwebge bambaye nk’intama; arikw imbere ar’ amabingira y’inkazi.


Kuk’ ūkora ibibi wese yanka umuco, kandi ntaza ku muco, kugira ngw ibikorwa vyiwe ntibihanwe.


Igisagara cose kiravurungana, abantu barashwabaduka: basūmira Paulo, baramukwega bamukūra mu rusengero; ako kanya bugara inzugi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ