Nehemiya 5:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Yamara rero, imibiri yacu n’ imwe n’iya bene wacu, kand’ abana bacu ni bamwe n’ababo; kand’ ehe rāba abahungu bacu n’abakobga bacu turiko turabata mu buja. Mbere bamwe bo mu bakobga bacu baramaze kubushikamwo, kandi twabuze uko tugira, kukw amatongo yacu n’inzabibu zacu bimaze kujanwa n’abandi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |