Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 5:18 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

18 Ku musi ku musi twābāga inka imwe n’intama zitandatu z’intorwa, bo n’inkoko, kand’ ukw imisi cumi ishize twama tubaha vino z’ubgoko bgose; ariko naho vyangana birtyo nta ho nigeze ntoza amarari yagerewe icēgēra c’umwami, kukw abantu bāri bacumukujwe n’intwaro mbi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 5:18
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

ut’ Urazi ko se Dawidi atābonye uburyo bgo kwubaka ingoro y’izina ry’ Uhoraho Imana yiwe, kubg’ intambara z’abansi biwe zari zimuturutse irya n’ino, uti Gushitsa ah’ Uhoraho yabashiriye musi y’ibirenge vyiwe.


Umunyakibi aragurānwa, ntiyishure: Arik’ umugororotsi agira ubuntu, agatanga.


Agira ubuntu umusi ukīra, akagurāna abandi; Uruvyaro rwiwe rukagira umugisha.


ntitwarya ivyo kurya vy’ umuntu n’umwe ku busa, ariko twagira ubutame n’ubucumukure, dukora ku murango no mw ijoro, kugira ngo ntitugire umuntu muri mwebge tugora.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ