Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 5:17 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Kand’ abantu ijana na mirongwitanu b’Abayuda n’ababaganza bāma baza kurya i wanje, udashizemw’ abaza bavuye mu mahanga adukikije.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 5:17
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Mefibosheti aba i Yerusalemu, kuko yama arīra ku meza y’umwami; kandi yari yaramugaye ibirenge vyompi.


Dawidi aramubarira, ati Mpore nta co utinya, kuko ntazobura kukugirira neza kubga so Yonatani, kandi nzogusubiza amatongo yose ya sogokuru Sauli, kand’ uzohora urīra ku meza yanje na ntaryo.


Nuko rero n’umpamagarize Abisirayeli bose, bakoranire ku musozi Karumeli, bo na ba kamenyi ba Bayali ukw ar’ amajana ane na mirongwitanu, na ba kamenyi ba Ashera barīra ku meza ya Yezebeli, ukw ar’ amajana ane.


ut’ Urazi ko se Dawidi atābonye uburyo bgo kwubaka ingoro y’izina ry’ Uhoraho Imana yiwe, kubg’ intambara z’abansi biwe zari zimuturutse irya n’ino, uti Gushitsa ah’ Uhoraho yabashiriye musi y’ibirenge vyiwe.


Ariko nagize umwete wo gukora, nubaka urwo ruzitiro; nta tongo na rimwe twaguze, kandi n’abantu banje bose bāma bakoranira kur’ ico gikorwa.


Arik’ umunyabuntu imigabo yiwe n’ukugira ubuntu, kand’ ukwo kugira ubuntu azogushishikara.


mugabanirize abera, uko bakennye; mushishikare gutanga indāro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ