Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 5:14 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

14 Kand’ uhereye umusi umwami Aritazeruzi yangize icēgēra ciwe mu gihugu c’i Buyuda, kuva ku mwaka ugira mirongwibiri kugeza ku mwaka ugira mirongwitatu n’ibiri ari ku ngoma, ukw ar’ imyaka cumi n’ibiri, ari jewe ari bene wacu, nta ho twigeze dutungwa n’amarari yagerewe icēgēra c’umwami.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 5:14
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Amajambo ya Nehemiya mwene Hakaliya. Mu kwezi kwa Kisilevu, mu mwaka ugira mirongwibiri, nari nsanzwe ndi ku murwa i Shushani.


Ariko mur’ ico gihe cose sinar’ i Yerusalemu, kuko nari nagiye i bgami mu mwaka ugira mirongwitatu na kabiri Aritazeruzi umwami w’i Babuloni ari ku ngoma. Mpamaze imisi, nsaba umwami ngw andekure ngende.


Nuko mu mwaka ugira mirongwibiri umwami Aritazeruzi ari ku ngoma, mu kwezi kwa Nisani, umusi ur’ izina vino yar’ iteretse imbere y’umwami, maze ndayābira, ndayimuhēreza. Kandi sinaribgagire umubabaro nd’ imbere yiwe.


Uwo mwanya uwahawe italanto zitanu aragenda arazicurūza, yungukamw’ izindi talanto zitanu.


Non’ ingero yanje n’inki? N’uk’ ubutumwa, uko mbuvuze, mbuvuga ku buntu, kugira ngo sindwanire ivyo nemerewe mu butumwa.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ