Nehemiya 5:11 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Mber’ uyu musi mubasubize amatongo yabo, n’imirima yabo y’imizabibu n’imyelayo, n’amazu yabo; mubasubize na ca gice c’ijana c’amahera n’ic’ impeke n’ica vino n’ic’ amavuta ya elayo, ivyo mwābātse kw inyungu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |