Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 4:23 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

23 Nuko nanje na bagenzi banje n’abantu banje n’abarinzi bāri kuri jewe, twese twama turāra twambaye, mbere n’ūgiye kuvoma wese yama agenda yitwaje ikirwanishwa ciwe.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 4:23
8 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Ico gihe nyene mbarira abantu, nt’ Umuntu wese n’aze arāre i Yerusalemu azananye n’umuntu wiwe, kugira ngo duterame mw ijoro, ku murango dukore.


Bukeye haba ugutaka gukomeye, abantu n’abagore babo bidodombera bene wabo b’Abayuda,


Ariko nagize umwete wo gukora, nubaka urwo ruzitiro; nta tongo na rimwe twaguze, kandi n’abantu banje bose bāma bakoranira kur’ ico gikorwa.


Ndaheza nzeza igisagara c’i Yerusalemu mwene wacu Hanani, bo na Hananiya umukuru w’iboma y’abashibamyi, kukw ar’ umuntu yizigirwa, yubaha Imana kurusha benshi;


Nta wuca ku wundi, umuntu wese aramiriza ah’atumbereye; bīroha mu macumu, nta kibahagarika.


Arik’ ubuntu bg’Imana ni bgo bgatumye mba uko ndi, kand’ ubuntu bgayo nagiriwe ntibgabaye ubg’ ubusa, ariko natamye kurusha bose; ariko si jewe yamara n’ubuntu bg’Imana bgari kumwe nanje.


Aho bavuga ibicuba ku ngomero z’inka, Abe ari ho batāzīrira Uhoraho kubg’ intsinzi yiwe, Kubg’ intsinzi yiwe arōngōye Abisirayeli. Aho ni ho abantu b’Uhoraho bāmanutse, bagatamaza mu marembo yabo.


Nuko Abimeleki adūga umusozi Salumoni bo n’abantu bose bari kumwe; ahitana incabiti, yicira inkwi, araziterura, azita ku rutugu; abgira abari kumwe na we, ati Nyaruka mugire uko ngize.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ