Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 4:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 none rero ni mwumva inzamba ivuze, muce mukoranira aho turi ah’ izoba ivugiye hose. Imana yacu ntizobura kuturwanira.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 4:20
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yowabu aramubarira, at’ Abasiriya ni baramuka bagomba kunnanira, uraza untabare; kandi nawe Abamoni ni baramuka bagomba kukunanira, nanje ndagutabara.


Ndaheza mbgira abakuru n’abaganza n’ abandi bose, nt’ Igikorwa cacu ni kinini kigera kure, kandi turasanzaye hose ku ruzitiro, umuntu wese ari kure y’uwundi;


Uko ni ko twākora ico gikorwa; umuce umwe wo muri twebge bitwaza amacumu uhereye mu mutwenzi ugashitsa inyenyeri zibonetse.


Uhoraho ni we agira ngw abarwanire, namwe ni mwinumire gusa.


Atuma amagurudumu y’ imikogote yabo afata, ntiyaba igikwegeka neza. Maz’ Abanyegiputa baravugana, bat’ Enda duhunge, tureke Abisirayeli, kuk’ Uhoraho abatabara, ari we aturwanya.


Maz’ Uhoraho azokwisidukira, arwane n’ayo mahanga, nk’uko yahora arwana mu ntambara.


Nt’ Uhoraho Imana yanyu, umwe ahora abaja imbere, ni we azobarwanira, nk’uko mwabonye ivyo yabakoreye vyose muri Egiputa,


kuk’ Uhoraho Imana yanyu ari we ajanye namwe, ngw abarwanire n’abansi banyu, abahe kunesha.


Nti Ntimuze mubatinye; nti Kuk’ Uhoraho Imana yanyu ari we azobarwanira.


arik’ umwe muri mwebge akinagiza abantu igihumbi, kuk’ Uhoraho Imana yanyu ari we abarwanira, nk’uko yababgiye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ