Nehemiya 3:8 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Bakurikirwa na Uziyeli mwene Harihaya, umwe wo mu bacuzi b’izahabu; na we akurikirwa na Hananiya, umwe wo mu bahinga bazi kwinjiza imibavu; nuko basana inzitiro z’i Yerusalemu bashitsa no ku ruzitiro rw’intimba nini. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |