Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 3:7 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

7 Bakurikirwa na Melatiya w’i Gibeya na Yadoni w’i Meronoti, hamwe n’ab’i Gibeya n’ab’i Misipa bo mu baganzwa n’icēgēra c’ umwami co hakuno y’uruzi.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 3:7
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ umwami ahamagaza ab’i Gibeyoni, arabibabgira. (Kand’ ab’i Gibeyoni ntibār’ abo mu Bisirayeli, ariko bār’ abandurutse ku masigarira y’ Abamori; kandi nah’ Abisirayeli bari barasezeranye na bo kubareka, ariko Sauli yari yagomvye kubahonnya, abitewe n’ishaka yagirira Abisirayeli n’Abayuda.)


Obili w’Umwishimayeli ni we yar’ umubgiriza w’ingamiya; Yedeya w’i Meronoti ni we yar’ umubgiriza w’indogoba;


Maz’ umwami Asa ahitana Abayuda bose, baja i Rama, bakūray’ amabuye n’ibiti, ivyo Bayasha yarikw arubakisha; maz’ avyubakisha i Geba n’i Misipa.


Aya majambo n’amwe n’ayo mur’ ico cete bāmwandikiye, ngo Ku mwami Aritazeruzi, twebge abasavyi bawe bo hakuno y’uruzi turagize bgakeye.


Hakurikira umukuru w’i Misipa, ni we Ezeri mwene Yeshuwa, asana igihimba kirābana n’ahadondagirwa hadūga ku nzu y’ ibirwanishwa iri ku mfuruka y’ uruzitiro.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ