Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 3:4 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

4 Bakurikirwa na Meremoti mwene Uriya, Uriya wa Hakosi, mu kuhasana; na we akurikirwa na Meshulamu mwene Berekiya, Berekiya wa Meshezabeli; na we akurikirwa na Sadoki mwene Bayana.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 3:4
11 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abo mu baherezi n’aba: abo mu ba Habaya, no mu ba Hakosi, no mu ba Baruzilayi, umwe yābiriye umugeni mu bakobga ba Baruzilayi w’Umunyagileyadi, agaca yitiranwa na sebukwe,


Maze ku musi ugira kane bagera ku munzane ayo mafeza n’ amazahabu n’ibindi bintu, babigerera mu ngoro y’Imana yacu, babishikiriza Meremoti mwene Uriya umuherezi, ari kumwe na Eleyazari mwene Finehasi, kandi bari bafatanije na Yozabadi mwene Yosuwa na Nowadiya mwene Binuwi, b’Abalewi.


Akurikirwa na Meremoti mwene Uriya, Uriya wa Hakosi, asana ikindi gihimba, ahereye ku muryango w’iyo nzu ya Eliyashibu akageza ah’ iyo nzu nyene igarukira.


Irembo ryitwa iry’ Amafi ryubakwa na bene Hasenaya, barishiramw’ imitambikwa yaryo, baterako n’inzugi zaryo n’ivyuma vyo kuzigumya n’ibihindizo vyazo.


Akurikirwa na Hananiya mwene Shelemiya, na Hanuni umuhungu agira gatandatu wo muri bene Salafu, basana ikindi gihimba; hakurikira Meshulamu mwene Berekiya, asana ahahereranye n’icumba ciwe.


Bakurikirwa n’ab’i Tekowa, arikw abapfasoni bo muri bo ntibarushe bemera gukora igikorwa ca Segaba.


Kandi benshi bo mu Bayuda bari bafitaniye amasezerano na we, kuko yar’ umukwe wa Shekaniya mwene Ara, kand’ umuhungu wiwe Yohanani yar’ afise umukobga wa Meshulamu mwene Berekiya.


Abo mu baherezi ni bo aba: abo mu ba Habaya, no mu ba Hakosi, no mu ba Baruzilayi, umwe yābiriye umugeni mu bakobga ba Baruzilayi w’Umunyagileyadi, agaca yitiranwa na sebukwe,


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ