Nehemiya 3:31 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Hakurikira Malikiya, umwe wo mu bacuzi b’izahabu, arasana ashitsa ku nzu y’abahawe ibango ry’ibikorwa vy’urusengero, no ku nzu y’abadandaza, aharābana n’ irembo ryitwa Hamifukadi, kugeza ahadūga haja ku mfuruka. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |