Nehemiya 3:30 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Akurikirwa na Hananiya mwene Shelemiya, na Hanuni umuhungu agira gatandatu wo muri bene Salafu, basana ikindi gihimba; hakurikira Meshulamu mwene Berekiya, asana ahahereranye n’icumba ciwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |