Nehemiya 3:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Akurikirwa na Palali mwene Uzayi, asana aharābana n’ahihese, ahahera ku munara wometswe ku ngoro y’umwami yo haruguru, ahahereranye n’urugo rw’abateramyi. Na we akurikirwa na Pedaya mwene Paroshi, အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ezira, uwo munyabgenge w’ivyanditswe, yar’ ahagaze ku mutara w’ibiti, bubakiye ico gikorwa nyene, yar’ ahagararanye na Matitiya na Shema na Anaya na Uriya na Hilukiya na Mayaseya; abo ni bo bār’ i buryo bgiwe; i bumoso bgiwe hāri Pedaya na Mishayeli na Malikiya na Hashumu na Hashibadana na Zekariya na Meshulamu.