Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 3:24 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

24 Akurikirwa na Binuwi mwene Henadadi, asana ikindi gihimba ahereye kur’ iyo nzu ya Azariya ashitsa ah’ uruzitiro rwiheteye, ku mfuruka.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 3:24
7 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Yosuwa arīnega hamwe n’abahungu biwe na bagenzi biwe, na Kadimiyeli n’abahungu biwe, ari bo bandurutse kuri Yuda, baja gukoresha abakozi bakora igikorwa c’ingoro y’Imana, bafatanije na bene Henadadi n’ abahungu babo n’Abalewi bagenzi babo.


na bagenzi babo Shebaniya na Hodiya na Kelita na Pelaya na Hanani,


Abalewi n’aba: Yosuwa mwene Azaniya, na Binuwi wo muri bene Henadadi, na Kadimiyeli,


Malakiya mwene Harimu, na Hashubu mwene Pahati‐mowabu, basana ikindi gice, bo n’umunara wo ku matanure.


Hakurikira umukuru w’i Misipa, ni we Ezeri mwene Yeshuwa, asana igihimba kirābana n’ahadondagirwa hadūga ku nzu y’ ibirwanishwa iri ku mfuruka y’ uruzitiro.


Na bo bakurikirwa na Benyamini na Hashubu, basana aharābana n’ inzu yabo; bakurikirwa na Azariya mwene Mayaseya, Mayaseya wa Ananiya, asana ahabangikanye n’inzu yiwe.


Hakurikirakw abantu b’i Tekowa, basana ikindi gihimba kirābana n’ uwo munara munini wometseko nyene, bashitsa ku ruzitiro rw’i Ofeli.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ