Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 3:20 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

20 Akurikirwa na Baruki mwene Zabayi, asana ikindi gihimba afise umwete, ahereye kur’ iyo mfuruka nyene, arinda ashitsa ku muryango w’inzu ya Eliyashibu umuherezi mukuru.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 3:20
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Mu ba Bebayi, ni Yehohanani na Hananiya na Zabayi na Atilayi.


Kand’ umwe wo mu bahungu ba Yoyada mwene Eliyashibu, umuherezi mukuru, yar’ umukwe wa Sanibalati w’Umuhoroni; nca ndamwirukana amva i ruhande.


Arikw ivyo bitarabaho, Eliyashibu umuherezi, ari we yajejwe ivyumba vyo ku ngoro y’Imana yacu, kandi yar’ incuti ya Tobiya,


Bukeye Eliyashibu, umuherezi mukuru, hamwe na bagenzi biwe b’abaherezi, bashirako bubaka irembo ry’intama; bararihezagira, bashiraho n’inzugi zaryo; bakomeza kwubaka barinda bashitsa ku munara wa Hameya, na wo barawuhezagira; bavudukaho bashitsa no ku munara wa Hananeli.


Akurikirwa na Meremoti mwene Uriya, Uriya wa Hakosi, asana ikindi gihimba, ahereye ku muryango w’iyo nzu ya Eliyashibu akageza ah’ iyo nzu nyene igarukira.


Ikintu cose ukuboko kwawe kwerekeje gukora ugikorane inkomezi zawe; kukw ata gikorwa cank’ inama cank’ ukumenya cank’ ubgenge i kuzimu ah’ urāriye kuja.


ku vy’ ugushishikara, ntimugire urwangara; mukovye mu mitima gukorera Umwami wacu.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ