2 Maz’ ab’ i Yeriko bahēra aho Eliyashibu yagarukiye, barubaka; bakurikirwa na Zakuri mwene Imuri.
Ab’i Yeriko n’amajana atatu na mirongwine na batanu.
na Zakuri na Sherebiya na Shebaniya,
Irembo ryitwa iry’ Amafi ryubakwa na bene Hasenaya, barishiramw’ imitambikwa yaryo, baterako n’inzugi zaryo n’ivyuma vyo kuzigumya n’ibihindizo vyazo.