Nehemiya 3:16 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)16 Hakurikira Nehemiya mwene Azibuki, umukuru aganza igice c’intāra y’i Beti‐suri, agenda arasana ashitsa aharābana n’imva za Dawidi, no ku kidengeri cāgomewe, arinda ashitsa no ku nzu y’abahizi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |