Nehemiya 3:13 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Irembo rija ku mwonga ryasanwe na Hanuni bo n’abantu b’i Zanowa; bararyubaka, baterako n’inzugi zaryo n’ivyuma vyo kuzigumya n’ibihindizo vyazo, basana uruzitiro rw’amatambge igihumbi y’ukuboko uciriye mu nkokora, bageza kw irembo ricishwamw’ umwavu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |