Nehemiya 2:5 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)5 Maze nishura umwami, nti Ni wabishima ga mugenzi, nkagira ubutoni imbere yawe, ico ngusaba n’ukugira ng’ undungike i Buyuda, mu gisagara kirimw’ imva za ba sogokuruza, nsubire ndacubake. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |