Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 2:2 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

2 Nuk’ umwami arambaza, ati Mbega k’ubabaye, wiraburaniwe mu maso, kand’ utarwaye? Ivyo ntibiterwa n’ikindi, atar’ umubabaro wo mu mutima. Ndaheza ngira ubgoba bginshi;

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 2:2
3 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abaza abo banyarugo ba Farawo barindanywe mw ibohero ryo mu rugo rwa shebuja wiwe, ati Mbeg’ uyu musi ko mujonjogoye n’iki?


Ivyizigiwe bigateba, bivuna umutima, Arikw icifujwe iyo gishitse, kiba igiti c’ubugingo.


Umutima unezerewe ukesha mu maso, Arik’ umubabaro wo mu mutima usāvya umushaha.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ