Nehemiya 2:19 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Ariko Sanibalati Umuhoroni, na Tobiya Umwamoni w’umugurano, na Geshemu Umwarabo, bavyumvise baradushinyagurira, batubarirana agakengerwe, bat’ Ivyo mukora n’ibiki? Mbega s’ uko mugomba kugarariza umwami? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |