Nehemiya 2:12 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Ndaheza mpenga mw ijoro mvyukana n’ abantu bake, kandi sinagize umuntu n’umwe mbgira ivyo Imana yashize mu mutima wanje ngo ndabikorere Yerusalemu; kandi nta mafarasi twajanye atar’ iyo nagenderako. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |