Nehemiya 13:6 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)6 Ariko mur’ ico gihe cose sinar’ i Yerusalemu, kuko nari nagiye i bgami mu mwaka ugira mirongwitatu na kabiri Aritazeruzi umwami w’i Babuloni ari ku ngoma. Mpamaze imisi, nsaba umwami ngw andekure ngende. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |