Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 13:27 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

27 Mbega namwe tubemerere gukora icaha kingana girtyo ngo mwābīre abagore b’abanyamahangakazi, mucumure ku Mana yacu?

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 13:27
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maze Shekaniya mwene Yehiyeli, umwe wo mu bandurutse kuri Elamu, abgira Ezira, ati Twacumuye ku Mana yacu, ko twābiriye abanyamahangakazi bo mu mahanga yo mur’ ibi bihugu; yamara naho bimeze birtyo haracar’ ivyizigiro vy’ukw Abisirayeli bokira.


Har’ uwokwemera iyo nama yanyu? Uwagiye mu ntambara n’uwasigaye ku bintu bararinganiza umutigiri: baragabangana banganye.


Nuko mur’ ico gihe mbona Abayuda bābiriye abagore bo mu Banyashidodi no mu Bamoni no mu Banyamowabu,


mbega twongeye kurenga ivyagezwe vyawe, dushingirana n’abanyamahanga bakora ivyo bintu vy’ ubuyobe? Ntuca uturakira kugeza uturanduye, ntihagire amasigarira canke n’uwa kirazira?


Kand’ abanyamahanga bo mur’ iki gihugu ni bagira ivyo bashora kw isabato, ar’ ibintu bashoye, ar’ ivyo kurya, ntituzogira ico tugura kw isabato canke ku wundi musi wose wejejwe. Kandi ku mwaka ugira indwi wose, tuzorāza indimiro zose, duheberanire n’imyenda yose.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ