Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 13:26 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

26 Mbega Salomo umwami w’ Abisirayeli, we ntiyacumujwe n’ abagore nk’uko nyene? Kandi nta mwami yar’ ahwanye na we yaribgaboneke mu mahanga yose, yakundwa rwose n’Imana yiwe, iramwimika imugira umwami w’ Abisirayeli bose; ariko na we nyene yacumujwe n’abagore b’ abanyamahangakazi nk’ukundi uko.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 13:26
10 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nta wundi yigeze kwīgira umugurano wo gukora ivyo Uhoraho abona kw ari bibi nka Ahabu, yavyohejwe n’umwamikazi wiwe Yezebeli.


nuko nkugiriye nk’uk’ usavye: ehe nguhaye umutima w’ubgenge wo gutahura, ata we muhwanye mu bākwitangiye imbere canke mu bazoguherukira.


Kandi nguhaye n’ico utansavye: nguhaye ubutunzi n’icubahiro, bitume ata mwami n’umwe azohwana nawe igihe cose ukiriho.


Umwami Salomo yar’ umwami w’Abisirayeli bose.


nuk’ ubgenge n’ugutahura urabihawe, kandi nzoguha n’ubutunzi n’ibintu n’icubahiro bitīgeze kugirwa n’umwami n’umwe mu bākwitangiye imbere, kandi no mu bazoguherukira nta wuzogira ibihwanye n’ivyawe.


Uko ni k’ umwami Salomo yarusha abami bose bo mw isi ubutunzi n’ubgenge.


Ntukarekurire inkomezi zawe mu bagore, Cank’ umutima wawe mu bonona abami.


Nsanga ikintu kirusha urupfu kurura: n’umugore umutima wiwe ar’ imitego n’ururiba, amaboko yiwe akaba imvuto: umuntu wese ahimbara Imana azomukira, arik’ umunyavyaha azofatwa na we.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ