Nehemiya 13:25 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Maze ndabahambarira ndabavuma, mbere bamwe ndanabakubita, mbashikura umushatsi, ndaheza mbarahiza Imana, nti Ntimuze mutirimuke ngo musubire gushingira abakobga banyu abahungu babo, canke ngo musabire abahungu banyu abakobga babo, kandi namwe ntimukabābīrire. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |