Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Nehemiya 13:21 - Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

21 Maze ndabahambarira, ndababaza, nt’ Igituma murāra inyuma y’uruzitiro n’iki? Ni mwasubīra nzobafata. Kuva ico gihe ntibāsubiriye kugaruka kw isabato.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Nehemiya 13:21
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Maz’ ūtazokwumvira ivyagezwe vy’Imana yawe n’ivyagezwe vyanje umwami, baze bagire umwete wo kumucīra urubanza, ar’ urwo kwicwa, cank’ urwo gucibga, cank’ urwo kunyagwa ivyiwe, cank’ urwo kubohwa.


Kandi dushinze gutanga uk’ umwaka utashe ikigiragatatu ca shekeli, bize bikoreshwe mu ngoro y’Imana yacu,


Mur’ iyo misi mbona bamwe bo mu Bayuda bagana vino kw isabato, n’abandi mbona bimburira mu bigega, abandi baremeka indogoba zabo vino n’inzabibu n’ insukoni n’ibintu vy’uburyo bgose, babizana i Yerusalemu ku musi w’isabato. Mbasanga aho badandariza, ndabahambarira kur’ uwo musi nyene baguriyekw ivyo kurya.


Maz’ abadandaza n’abagura ibintu vy’ uburyo bgose barāra inyuma y’i Yerusalemu rimwe canke kabiri.


cank’ abakuru, kukw ari bo atuma guhana inkozi z’ibibi no gushima inkozi z’ivyiza.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ