20 Maz’ abadandaza n’abagura ibintu vy’ uburyo bgose barāra inyuma y’i Yerusalemu rimwe canke kabiri.
Isabato itaratangura, hagitangura kutabona neza mu marembo y’i Yerusalemu, mvuga ko bugarira amarembo, ntibaze bayugurure isabato idashize. Ndaheza nshira bamwe bo mu bantu banje kurinda amarembo ngo ntihagire umutwaro n’umwe bayacishamwo ku musi w’isabato.
Maze ndabahambarira, ndababaza, nt’ Igituma murāra inyuma y’uruzitiro n’iki? Ni mwasubīra nzobafata. Kuva ico gihe ntibāsubiriye kugaruka kw isabato.